Home Read Content

Kenya yasubije muri Tanzania abanyamahanga 182 banduye coronavirus

User Image GATETE  MUHAMOUD 2 Shared publicly - Last 4 Month(s) ago

Abashinzwe ubuzima muri Kenya yasubije inyuma abanyamahanga bagerageje kwinjira ku mipaka itandukanye y'iki gihugu gihana imbibe na Tanzaniya bamaze kubasangamwo coronavirus.

Kenya yasubije muri Tanzania abanyamahanga 182 banduye coronavirus

Muri abo basanze baranduye, 126 ni abaciye ku rubibe rukuru rwa Namanga. Abandi bapimiwe ku mbibe zindi enye.

Ubwenegihugu bw'abo banyamahanga ntibwatangajwe.

Kuwa gatandatu umukuru w'igihugu cya Kenya, Uhuru Kenyatta, yafunze imbibe z'igihugu gihana na Tanzania hamwe na Somalia kubera ukwiyongera kw'abanduye bahaca.

Minisitiri w'ubuzima muri Kenya, Mutahi Kagwe, kuwa kabiri yabwiye ibinyamakuru ati: "Ntidushobora kwemerera abantu bavuye hanze kwinjira muri Kenya badafite icyemezo ko batarwaye Covid-19.

Yakomeje agira ati:"Nicyo kimwe n'uko tutarimo turemerera abashoferi b'abanyaKenya kuva mu gihugu badafite icyemo ko basuzumwe covid-19.

Uyu muyobozi avuga na none ko icyari kuba iyo tudafata icyemezo cyo gupima abantu ku mipaka ni uko umubare w'abanduye covid-19 mu gihugu wari kuzamuka cyane".

Abandi bantu 18 banduye coronavirus babasanzwe ku mupaka na Somalia mu karere k'uburasirazuba bwa Kenya. Cumi na bane muri bo bagerageje kwinjira baciye i Wajir mu gihe abandi babiri bashaka guca Garissa.

0